Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Kuki u Rwanda n'umushinga 'Visit Rwanda' biri kuvugwaho?
Kuki u Rwanda n'umushinga 'Visit Rwanda' biri kuvugwaho?
Kuva hari abarega u Rwanda gushigikira umutwe M23, leta ya DRC yasabye amakipe akomeye y'i Bulayi guhagarika ubwo bufatanye.
Imigwi nka PSG na Arsenal ntacyo irishura, ariko Beyern de Munich ivuga ko yohereje intumwa kureba uko biri mu Rwanda.
Leta y'u Rwanda yabwiye BBC Sport Africa ko ibyo byose ari ugusamaza ku bidasanzwe rumaze kugeraho.