Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Marieme na Ndeye, amahasa amananye yonyene ariko arakurira i Buraya
Marieme na Ndeye, amahasa amananye yonyene ariko arakurira i Buraya
Aba bana b'amahasa ni Marieme na Ndeye. Ni amahasa (impanga) amananye (conjoined twins), bikibazwa ko ari yo yonyene ariko arakurira ku mugabane wa Buraya.
Aho baba muri Wales yo mu bumanuko (South Wales), baheruka kwizihiza isabukuru y'imyaka indwi y'amavuka. Se abavyara avuga ko ashima kuba babayeho ubuzima busanzwe nk'ubw'abandi bana...