Charles III: Iyimikwa nk’Umwami rivuze iki kuri bamwe, muri Africa?
Charles III: Iyimikwa nk’Umwami rivuze iki kuri bamwe, muri Africa?
Italiki 6-05-2023, Charles III azokwimikwa nk’Umwami w’Ubwongereza, n’umuryango wa Commonwealth.
Aba ni bamwe mu ba ny’Africa, mu miji ya Accra, Lagos, Nairobi na Johannesburg.
Bimwe m'uko babona uru rubanza, n’imigenderanire y’ibihugu vyabo n’Ubwongereza.
Insiguro na Audace Machado