Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Video: Uwacungera prezida Ndadaye aravuga "abafise uruhara mu rupfu rwiwe"
Video: Uwacungera prezida Ndadaye aravuga "abafise uruhara mu rupfu rwiwe"
Jenerali de Brigade Joseph Rugigana avuga ko abishe Ndadaye ari bamwe mu basirikare bari bajejwe kuyoboka umukuru w’igihugu.
Uwo yahoze arongoye umurwi w’abasirikare ujejwe kurinda ikirimba ciwe (escadron) avuga ko yagerageje, ariko ingingo yo kumwica yafatiwe hejuru mu barongoye igisirikare.