Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
"Ndagorwa no kuronka abagenzi" – Malala Yousafzai wahawe agashimwe k'amahoro ka Nobel akiri mutoya cane
"Ndagorwa no kuronka abagenzi" – Malala Yousafzai wahawe agashimwe k'amahoro ka Nobel akiri mutoya cane
Malala Yousafzai yatanguye guharanira agateka k'abagore n'abigeme muri Pakistan afise imyaka 11, ashikanye imyaka 17 yabaye umuntu akiri muto cane yahawe agashimwe k'amahoro kitiriwe Nobel inyuma yo kuraswa mu mutwe n'Abatalibani. Ubu yayaze na BBC ku bikorwa vyiwe, n'ingene vyamugora kuronka abagenzi kubera gukura azwi cane.