Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Umuhinga w’umu nye Chad bataziriye ‘umusazi’
Umuhinga w’umu nye Chad bataziriye ‘umusazi’
Guidembaye Apollinaire ni umu nye Chad, batazira ‘Doff’, bisigura ‘umusazi’.
Ni itazirano bakuye ku bikorwa akora ngo akingire aho abaye.
Ubuhinga n’ishaka ryiwe bimugira umuntu w’akarorero muri Africa.