Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Yemen: Uko umwana agendana ubumuga bwo kutabona yafashije ishule rigasanurwa
Yemen: Uko umwana agendana ubumuga bwo kutabona yafashije ishule rigasanurwa
Intambara zimaze imyaka muri Yemen, ziraconona vyinshi, uretse abantu bahasiga ubuzima.
Ahmed Rageeb yavukanye ubumuga bwo kutabona, nta mahoro yigeze abona kuva abaho.
Yamanye ubwira bw’indongozi, ibikorwa vyiwe vyabaye rurangiranwa.