Tanzania - Malaria: abana babaye intwari mw’igerageza ry’urucanco rushasha

Insiguro ya video, Urucanco R21 ruje bizwi ko k’umwaka, hapfa abashika 600 000 kw’isi.
Tanzania - Malaria: abana babaye intwari mw’igerageza ry’urucanco rushasha

Mu gihe hemejwe urucanco R21 rwa kabiri rwa malaria, abana bashika 600 bo muri Tanzania, barafashije mw’igeragezwa ryarwo.

K’umwaka, bizwi ko hapfa abashika 600 000 kw’isi.

Muri bo, 9 kuri 10 ni aba ny’Africa, cane cane abana bato.

Urucanco R21 ruje bizwi ko k’umwaka, hapfa abashika 600 000 kw’isi.
Insiguro y'isanamu, Urucanco R21 ruje bizwi ko k’umwaka, hapfa abashika 600 000 kw’isi.