Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Israel-Gaza: ‘Hamas’ bagenzura intara ya Gaza, ni ba nde?
Israel-Gaza: ‘Hamas’ bagenzura intara ya Gaza, ni ba nde?
Umuhari Hamas ugenzura intara ya Gaza kuva mu 2007.
Ufise ishami ry’abarwanyi bitwa Al-Qassam.
Uwo muhari, kuva mu 2007 utsinze umugambwe Fatah wa Yaser Arafat na bagenzi biwe,
ntiwigeze usubira gutunganya amatora.
Hamas wabwiye BBC ko mu bitero vy’ubu, ushigikiwe na Iran.
Utahure abo barwanya Israel abo ari bo.