India: Igisengero cubatswe ahanasesetse amaraso mu 1992

India: Igisengero cubatswe ahanasesetse amaraso mu 1992

Aba Hindu benshi bemera ko ikimana 'Ram' cavukiye i Ayodhya.

Bavuga ko umusigiti wari muri ico kibanza wubatswe n'aba muslim "b'ivyaduka".

Aba muslim bahawe akabanza k’umusigiti hanze y’umuji Ayodhya. “Biratubabaza cane”.

Narendra Modi, umukuru wa leta ya India avuga ko iterambere rya bose ari ryo ryokwizerwa.

Hari abavuga ko iki gisengero ari igikoresho ca politike.