Syria: Ntitwifuza kwongera kubura uwundi mwana

Syria: Ntitwifuza kwongera kubura uwundi mwana

Syria: inyuma y'umwaka haciye nyamugigima baracarara hanze

Inyuma y'umwaka muri Syria haciye nyamugigima yatikije inganda kuwa 06/02/2023, iyi ni inkuru y'umuryango watekewe n'ubwoba, ku buryo n'ubu bagitinya kurara mu nzu yabo yase imigaga.

Ahubwo bahisemwo kurara mw'ihema. Biragoye gushikana infashanyo ziva mu mahanga mu karere ka Idlib karimwo abarwanya leta.

Abarenga 8000 bahitanywe na nyamugigima muri Syria, naho mu gihugu kibanyi ca Turukiya abarenga 55000 barapfa, muri nyamugigima yari ifise ubukomezi bwa 7.8 ku rupimo rwa ritchter.

Tegera muri ino video impamvu batakirara mu nzu.