Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Joseph Kabila – uruhigi rwiwe rushingiye kuki ?
Joseph Kabila – uruhigi rwiwe rushingiye kuki ?
Mu mezi atanu gusa, habaye vyinshi vyihuse vyatumye umukenguzamateka Joseph Kabila yabaye Perezida wa RDC ahigwa nk'umunyagihugu asanzwe.
"Gufatanya na M23", nico cagiriji cambere ca perezida Felix Tshisekedi.
Umugambwe wiwe PPRD wahavuye uhagarikwa.
Inyuma yo kwamburwa icubahiro nk'umukenguzamateka adasanzwe, m'umugabwe UPDS uri k'ubutegetsi bamufata nk'umunyamahanga.
Ng'uku uko uwo aronderwa na sentare ya gisirikare ya RDC.