Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Gukubitana inshi bisigaye ari umukino ukunzwe cane muri Pakistani
Gukubitana inshi bisigaye ari umukino ukunzwe cane muri Pakistani
I Punjab muri Pakistani, hari umukino ukunzwe cane muri kino gihe wo gukubitana inshi!!
Ni umukino umeze nko gukirana, ariko hoho igihambaye ni gukibita inshi nyinshi zishoboka uwo mukirana.