Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Goma: abarokotse igitero c’i Mugunga basaba iki?
Inyuma y’indwi hafi 2, impunzi 35 zishwe mu gitero c’ama ‘bombes’ mw’ikambi y’impunzi ya Mugunga, barashinguranywe iteka.
Imiryango y’abarokotse isaba ko ababo bakomeretse bavugwa, kandi leta ikabakomereza umutekano aho bahungiye, ibaronderera amahoro iwabo.
Ni igitero ciyongereye ku bindi, RDCongo ikacagiriza u Rwanda, ivuga ko rukoresha umuhari M23, bo bakabihakana banasaba amatohoza yigenga.
Ni igitero cabaye inyuma y’aho Perezida Ramaphosa wa Afrika y’epfo avugiye i Kigali, nk’uwa SADC ifasha RDC ko ibiganiro bigiye gushirwa imbere.