Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Imvo n'imvano: 'Nihasubizweho Athletisme mu mashure y'intango' - Inararibonye mu kwinonora imitsi mu Burundi
Imvo n'imvano: 'Nihasubizweho Athletisme mu mashure y'intango' - Inararibonye mu kwinonora imitsi mu Burundi
Mu gihe twari tumaze imisi tubashikiriza ibiganiro vy'imvo n'imvano ku banonotsi babiciye biracika mu Rwanda no mu Burundi mu myaka ya 80 na 90 mu kwinonora imitsi, muri iki gice ca nyuma, inararibonye muri ico gisata baratanga impanuro kucokorwa kugira haboneke abandi banonotsi bakomeye.