Imvo n'imvano: 'Nihasubizweho Athletisme mu mashure y'intango' - Inararibonye mu kwinonora imitsi mu Burundi

Insiguro y'amajwi, Abanonotsi rurangiranwa babiciye biracika mu myaka ya 80 na 90 bahanura kugarukana athletisme mu mashure y'intango
Imvo n'imvano: 'Nihasubizweho Athletisme mu mashure y'intango' - Inararibonye mu kwinonora imitsi mu Burundi

Mu gihe twari tumaze imisi tubashikiriza ibiganiro vy'imvo n'imvano ku banonotsi babiciye biracika mu Rwanda no mu Burundi mu myaka ya 80 na 90 mu kwinonora imitsi, muri iki gice ca nyuma, inararibonye muri ico gisata baratanga impanuro kucokorwa kugira haboneke abandi banonotsi bakomeye.

Abanonotsi rurangiranwa babiciye biracika mu myaka ya 80 na 90 bahanura kugarukana athletisme mu mashure y'intango
Insiguro y'isanamu, Abanonotsi rurangiranwa babiciye biracika mu myaka ya 80 na 90 bahanura kugarukana athletisme mu mashure y'intango