Video: Gufata amasanamu - Umwuga wijukiwe n'abigeme mu Burundi
Igihe co gusoma: iminota 1
Aline Niyonizeye yakurikiranye ivyigwa vyo gufata amasanamu muri Kaminuza, ubu akora mu kinyamakuru cigenga, Magazine Jimbere.
Uwo mwigeme w'imyaka 28 avuga ko yipfuza gukora uwo mwuga kuva kera.
Indoto yiwe n'uko agira 'studio' yiwe, agaha n'akazi urundi rwaruka

Ahavuye isanamu, ALINE NIYONIZEYE






