Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
China: bariko barahindura uko ‘football’ itunganijwe?
China: bariko barahindura uko ‘football’ itunganijwe?
Imiliyoni 11 baherutse kwitaba amahiganwa y’imibano – Cunchao-, mu ntara ya Rongjiang.
N’ubushimwe ku migwi itsinze, si nka vya bikombe bimenyerewe.
Izo nkino ziriko zirakwira mw’isi, vyitezwe ko igikombe c’isi kizobera m’Ubushinwa mu 2028.
Igisagara kizitunganije, cinjiza amahera menshi cane, kubera ingenzi n’abakunzi b’inkino.