Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Côte d'Ivoire: inyungu z’igikombe c’ibihugu vya Afrika k’ubutunzi
Côte d'Ivoire: inyungu z’igikombe c’ibihugu vya Afrika k’ubutunzi
Imirwi y’ibihugu 24 vya Africa igiye guhurira mu ntara 5 za Côte d'Ivoire n’abakunzi bayo.
“Uburyo bwashizwe mu nyubako tuzobwungukiramwo”.
Abakunzi ba football n’abandi banyagihugu, harimwo abanyamitahe, barizera akunguko kari mu mahiganwa ya AFCON.