Bangladesh: Umushikiranganji wa mbere yahunze inyuma y'iyi myiyerekano yo kumwiyamiriza
Bangladesh: Umushikiranganji wa mbere yahunze inyuma y'iyi myiyerekano yo kumwiyamiriza
Umushikiranganji wa mbere wa Bangladesh Sheikh Hasina yatanze imihoho aca arahunga inyuma y'imyiyerekano yo kwiyamiriza reta yiwe. Raba ingene vyari vyifashe mu gatondo ko kuri uno wa mbere.