Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
'Ubu ndashobora gusinzira': impunzi z'abanye Congo muri Uganda, zica Bunagana
'Ubu ndashobora gusinzira': impunzi z'abanye Congo muri Uganda, zica Bunagana
Inyuma y'imyaka itatu umupaka wa Uganda na RDC i Bunagana warafunzwe, warasubiye kugururwa. Ibi vyatanze agahengwe ku bantu ibihumbi n'ibihumbi bariko barahunga intambara zo mu buseruko bwa Congo.
Muri abo harimwo Harriet, umuvyeyi amaze amezi menshi ari ku mupaka, atinyirira ubuzima bwiwe n'umutekano w'abakobwa biwe.
Ubu, kubera ko umupaka wuguruye, Harriet n'izindi mpunzi barashobora kwidegemvya, bakaronka amahoro muri Uganda.