Uko Haiti iri ku manga

Uko Haiti iri ku manga

Abashika 700 000 barataye izabo, abana 760 000 bishwe n'inzara.

"Ndipfuza ko umwana wanje avugwa agakira, sindamubure".

Ni uyu muvyeyi mubona yaririra umwana wiwe ari ku mpfiro.

Mu bo BBC yashikiriye, ni nk'umwe mu barongoye imigwi igwanira mu gisagara Port-au-Prince, yageregaza gusigura amabi bakorera abantu.

Igipolisi ca Kenya cari gitegekanyayo abapolisi 2 500.

400 gusa nibo bamaze gushikayo, bakorana n'abandi mvamakungu, ibitoroshe na gato.