“Kim Jong Un, umuvyeyi adukunda”

“Kim Jong Un, umuvyeyi adukunda”

Ni indirimbo nshasha yerekana Kim Jong Un na Korea ya ruguru mw’ishusho ritamenyerewe.

Yerekana abanyagihugu bahimbawe cane, bakoresha ubuhinga bwo gutumanako -ibitamenyerewe-.

Bisigurwa ko Kim ashaka kwerekana ko ari we mukuru wa Korea y’epfo, ata wundi yanigeze, yaba na se canke sekuru.