Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Kenya: mwenewabo na Pasitori Mackenzie yavuye mu gacerere
Kenya: mwenewabo na Pasitori Mackenzie yavuye mu gacerere
Inyuma y’uko Pasitori Mackenzie yagirijwe ko ‘yasutse’ abo mw’idini ryiwe kwisonzesha gushika bapfe, mwenewabo yavuye mu gacerere.
Avuga uko amuzi.
Abapfuye bamaze kuzurwa mw’ishamba Shakahola – Kenya, bamaze gushika 200.