Syria: Uko Perezida Assad yaje… n'uko yagiye

Insiguro ya video, Muganga -muri kaminuza-, Bashar al-Assad yahunze amaze imyaka 24 atwara Syria.
Syria: Uko Perezida Assad yaje… n'uko yagiye

Mu 2011, niho yatanguye kugwanywa cane, imyiyerekano ahangana nayo n'ibigwanisho bikomeye… gushika arinde ahungira muri Russia.

Bashar al-Assad yavuga ati, "Nta leta mw'isi yica abanyagihugu, kiretse iyitwarwa n'umusazi."

Muganga -muri kaminuza-, asa nk'uko yarazwe ubutegetsi bw'igikenye, bwari bugenewe mukuru wiwe Basel.

Mu 2000, ku myaka 34 ashitse k'ubutegetsi, yari yemereye Syria impinduka, z'intwaro ya se, Hafez al-Assad.

Muganga -muri kaminuza-, Bashar al-Assad yahunze amaze imyaka 24 atwara Syria.

Ahavuye isanamu, Getty Images

Insiguro y'isanamu, Muganga -muri kaminuza-, Bashar al-Assad yahunze amaze imyaka 24 atwara Syria.