Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
'Papa yaranse mama kuko avyaye umwana agendana ubumuga' - Nipo Simple
'Papa yaranse mama kuko avyaye umwana agendana ubumuga' - Nipo Simple
Niyongabire Eric batazira Nipo Simple, avuka mu ntara ya Butanyerera yavutse atagira amaguru n'ukuboko kumwe.
Arubatse akaba amaze no kwibaruka umwana umwe.
Nipo akora mu kigo 'Fondation Ngoga Patrick' gifasha abana bavukanye ubumuga. Aranafise impano yo kuririmba no gukina film. Ibindi ni muri iyi video.