Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Kenya: “Nahitanywe n'urusase rwiyerereza”
Kenya: “Nahitanywe n'urusase rwiyerereza”
Imyaka 10 iraheze, abantu 67 biciwe i ‘Westgate mall’, i Nairobi.
Hari mu gitero c’aba Al_Shabaab camaze amasaha 78.
Abarokotse baribuka n’uko ico gitero cahagaze abo biyahuzi barashwe n’abasoda ba Kenya.
Hari n’abemera ko cababereye icigwa c’ubuzima.