Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Yoya Jamal: “Ndaryoherwa cane iyo ndirimvye bigakora k’ubuzima bw’abantu”
Yoya Jamal: “Ndaryoherwa cane iyo ndirimvye bigakora k’ubuzima bw’abantu”
“Ego, mu vyo umuziki novuga ko nari narakwamye, kuko nari nashize inguvu mu bindi vy’ubuzima.”
Ni ubwa mbere umuririmvyi Yoya Jamal yerekanye umubano wiwe n’abo yavyaye, avuga ko aribo nkomezi zimugarukanye mu vyo umuziki.
Uyu murundi aba mu gisagara c’Ubwongereza - Manchester, ari mu Barundi bamenyekanye cane mu vyo umwuga, ubu bariko bakwira mw’isi berekana ubuhinga bwabo.