Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Ghana igihugu ca gatanu ca Africa uyu mwaka, abari k'ubutegetsi barushijwe
Ghana igihugu ca gatanu ca Africa uyu mwaka, abari k'ubutegetsi barushijwe
"Ntiyari imigambwe ihanganye, ni ubutwari bw'aba nye Ghana".
Mu bari m'umunezero bavuga ko intwaro yari ihari yarushijwe kuko hari ivyo bemereye igihugu batakoze.
Dr Mahamudu Bawumia, icegera ca Perezida wa Ghana, yakeje John Mahama, yahoze ari Perezida, ku ntsinzi yiwe.
Umuhumure John Mahama w'imyaka 65, yari yararongoye Ghana hagati ya 2012 na 2017, agarutse k'ubutegetsi mu nzira y'amatora.