Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Tiananmen: Icibutso c’ubwicanyi bwakorewe abanyeshule casenyuwe
Iki cibutso cari cubatswe muri kaminuza ya Hong Kong, gishushanya 50 mubanyeshule bishwe mu 1989. Casenyuwe kimaze imyaka 24 gifatwa nk’ “inkingi y’ibiterasoni”