Tiananmen: Icibutso c’ubwicanyi bwakorewe abanyeshule casenyuwe

Insiguro ya video, Tiananmen: Icibutso c’ubwicanyi bwakorewe abanyeshule casenyuwe

Iki cibutso cari cubatswe muri kaminuza ya Hong Kong, gishushanya 50 mubanyeshule bishwe mu 1989. Casenyuwe kimaze imyaka 24 gifatwa nk’ “inkingi y’ibiterasoni”