Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Aba banye-Irake baravuga ku mahano baboneye Belarus na Pologne
Nyuma yo guhunga Irake bakajya muri Belarus bashaka amaramuko, aba banye-Irake basubijwe aho baje bava bakavuga ko ubuzima baciyemo buteye agahinda.