Aba banye-Irake baravuga ku mahano baboneye Belarus na Pologne

Insiguro ya video, Aba banye-Irake baravuga ku mahano baboneye Belarus na Pologne

Nyuma yo guhunga Irake bakajya muri Belarus bashaka amaramuko, aba banye-Irake basubijwe aho baje bava bakavuga ko ubuzima baciyemo buteye agahinda.