Ikiganiro Imvo n'Imvano ku mpamvu zituma nyuma y'imyaka 25 abishe Melchiro Ndadaye bataramenyekana

Haraheze imyaka 25 umukuru w'igihugu Melchior Ndadaye agandaguwe n'abahiritse ubutegetsi mu 1993, ariko gushika uno munsi ubutungane bw'u Burundi ntiburashobora gukubita intahe mu gahanga abateguje n'abakoze ubwo bwicanyi bwatumye n'abandi bantu barimwo abo bakorana n'abanyagihugu basanzwe bicwa mu gihugu. Insiguro muri kino kiganiro.