Ikiganiro Imvo n'Imvano ku mpamvu zituma nyuma y'imyaka 25 abishe Melchiro Ndadaye bataramenyekana

Insiguro y'amajwi, Ikiganiro ku mukuru w'igihugu wa kera Melchior Ndadaye yagandaguwe mu 1993 amaze amezi atatu ku butegetsi

Haraheze imyaka 25 umukuru w'igihugu Melchior Ndadaye agandaguwe n'abahiritse ubutegetsi mu 1993, ariko gushika uno munsi ubutungane bw'u Burundi ntiburashobora gukubita intahe mu gahanga abateguje n'abakoze ubwo bwicanyi bwatumye n'abandi bantu barimwo abo bakorana n'abanyagihugu basanzwe bicwa mu gihugu. Insiguro muri kino kiganiro.