Amasanamu y'intambara ya mbere y'isi nk'uko utari bwayabonye!! Mu mabara yose...

Amasanamu y'intambara ya mbere y'isi nk'uko utari bwayabonye!! Umuhinyanyuzi wa filime, Peter Jackson, yarayahinyanyuye ayakoramwo filime nshasha.