Amasanamu y'intambara ya mbere y'isi nk'uko utari bwayabonye!! Mu mabara yose...

Insiguro ya video, Amasanamu y'intambara ya mbere y'isi nk'uko utari bwayabonye!! Mu mabara yose...

Amasanamu y'intambara ya mbere y'isi nk'uko utari bwayabonye!! Umuhinyanyuzi wa filime, Peter Jackson, yarayahinyanyuye ayakoramwo filime nshasha.