Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Henriette Uwizeye, agendana ubumuga, yiyamamariza icicaro c'umushingamateka
Kubwe, "Haragera igihe ubumuga tugendana tubwibagirwa, tugaharanira ukwigira, kugira umuryango n'ico wamarira igihugu".