Henriette Uwizeye, agendana ubumuga, yiyamamariza icicaro c'umushingamateka

Insiguro y'amajwi, "Haragera igihe ubumuga tugendana tubwibagirwa"

Kubwe, "Haragera igihe ubumuga tugendana tubwibagirwa, tugaharanira ukwigira, kugira umuryango n'ico wamarira igihugu".