Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Abafaransa 4 bapfungiwe iki mu Burundi?
Abagwizatuna bane b'Ababafaransa bamaze iminsi bapfungiwe mu Burndi, ico bapfungiwe kikaba kitarasiguka neza, ariko ngo vyoba bijanye n'ubunyonyezi, BBC Gahuzamiryango ikaba yashatse kumenya igituma.
Umva insiguro z'umuvugizi w'umushinjacaha w'u Burundi, Agnes Bangiricenge, yavuganye na Prime Ndikumagenge.