Abafaransa 4 bapfungiwe iki mu Burundi?

Insiguro y'amajwi, Umva insiguro z'umuvugizi w'umushinjacaha w'u Burundi, Agnes Bangiricenge

Abagwizatuna bane b'Ababafaransa bamaze iminsi bapfungiwe mu Burndi, ico bapfungiwe kikaba kitarasiguka neza, ariko ngo vyoba bijanye n'ubunyonyezi, BBC Gahuzamiryango ikaba yashatse kumenya igituma.

Umva insiguro z'umuvugizi w'umushinjacaha w'u Burundi, Agnes Bangiricenge, yavuganye na Prime Ndikumagenge.