Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Abagore bahabwa ikihe kibanza mu nkino, canke baziha ikihe kibanza ?
Ahenshi mu nkino usanga igitigiri c'abagore ari gito ugereranije n'abagabo, kandi inkino z'abagore zirabwa na bake ugereranije n'izo abagabo. None abagore boba bahiganwa ku rubuga ruriranginiye rubaha amahirwe amwe n'abagabo?