Abagore bahabwa ikihe kibanza mu nkino, canke baziha ikihe kibanza ?

Insiguro ya video, Abagore bahabwa ikihe kibanza mu nkino, canke baziha ikihe kibanza ?

Ahenshi mu nkino usanga igitigiri c'abagore ari gito ugereranije n'abagabo, kandi inkino z'abagore zirabwa na bake ugereranije n'izo abagabo. None abagore boba bahiganwa ku rubuga ruriranginiye rubaha amahirwe amwe n'abagabo?