Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Imyuzure mu Buhindi, Nepal na Bangladesh yishe 250
Abantu baharugwa mu ma miliyoni barageramiwe kubera imyuzure yaturutse ku mvura nyinshi itegwa n'umuyaga "mousson" murako karere.