Nigeria: Umupolisikazi yakaswe imishatsi ku gahato

Ahavuye isanamu, FRSC RIVERS STATE/FACEBOOK
Umupolisi wo mu gisata kijejwe umutekano ku mabarabara muri Nigeria, yahamagajwe kubera yahanishije mugenziwe w'umugore, kumumwa imishatsi.
Hari amategeko yerekeye imhashsti ku bagore baklora mu gipolisi ca Nigeria, ariko kobona umwe muri bo yamwerewe mw'ibarabara ntivyakiriwe neza ntivyaikiriwe neza na bose.
Andrew Kumapayi, aypbpye igipolisi ku gwego rw' intara muri leta ya Rivers y' ubumanuko, niwe avugw ako yamoye umupolisikazi bari kw' ipero mu gitondo co kuri uyu wa mbare mu muji wa Port Harcourt.

Ahavuye isanamu, FRSC RIVERS STATE/FACEBOOK
Uwo mugaba w'igipolisi kugeza ubu ntaco aravuga.
Mu bisanzwe amategeko avuga ko abagore mu gupolisi bategerezwa kugumana imisahtsi bashobora gupfunga mu nkofero zabo, ariko ntabababuza gutunga imishatsi mire mire.
Lauretta Onochie, umufasha mu biro kwa perezida Muhammadu Buhari, yiyamairije ico 'gihano' umupolisikazi yahawe na mugenzi we, avuga ko ari 'gutyoza abagore'.
Abandi bagiye muri ico gikorwa nabo nyene bahamagawe kubazwa.

Ahavuye isanamu, FRSC RIVERS STATE/FB






