Umwambaro wa ki Islamu w'umudeli, ushira imbere kwikwiza

Aba ba Islamukazi basanga kwambara umudeli mwiza bidasigura kutikwiza. Bafashe umugambi wo guhingura impuzu z'Abaislamukazi z'imideli myiza kandi bakambara bikwije.