Umwambaro wa ki Islamu w'umudeli, ushira imbere kwikwiza

Insiguro ya video, Umwambaro wa ki Islamu w'umuderi, ushira imbere kwikwiza

Aba ba Islamukazi basanga kwambara umudeli mwiza bidasigura kutikwiza. Bafashe umugambi wo guhingura impuzu z'Abaislamukazi z'imideli myiza kandi bakambara bikwije.