Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Francine Niyonsaba, umwe mu bagore 30 b'ibihangange muri Afrika
Francine Niyonsaba, umwe mu bagore 30 b'ibihangange muri Afrika, yavuganye na BBC Gahuzamiryango.
Kurikirana ikiganiro c'Abakenyezi aho Francine Niyonsaba, Umurundikazi rurangiranwa mu kwiruka imetero 800, aganira na Florentine Kwizera.