Francine Niyonsaba, umwe mu bagore 30 b'ibihangange muri Afrika

Insiguro y'amajwi, Francine Niyonsaba, umwe mu bagore 30 b'ibihangange muri Afrika

Francine Niyonsaba, umwe mu bagore 30 b'ibihangange muri Afrika, yavuganye na BBC Gahuzamiryango.

Kurikirana ikiganiro c'Abakenyezi aho Francine Niyonsaba, Umurundikazi rurangiranwa mu kwiruka imetero 800, aganira na Florentine Kwizera.