"U Burundi n'u Rwanda bizokwama ari bibanyi"

Umuhanuzi wa Perezida Nkurunziza avuga ko u Rwanda rurongora umuryango wa EAC ari ibisanzwe kuko n'u Burundi buzoramukirwa.